2 Abami 8:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Elisha yari yarabwiye wa mugore yazurira* umwana w’umuhungu+ ati: «Haguruka wewe n’urugo rwawe mugende, murabe igihugu muja kubamwo, kuko Yehova yavuze ko muri iki gihugu hagiye kuba inzara+ y’imyaka indwi.»
8 Elisha yari yarabwiye wa mugore yazurira* umwana w’umuhungu+ ati: «Haguruka wewe n’urugo rwawe mugende, murabe igihugu muja kubamwo, kuko Yehova yavuze ko muri iki gihugu hagiye kuba inzara+ y’imyaka indwi.»