2 Abami 8:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nuko uwo mugore akora nk’uko umuntu w’Imana y’ukuri yamubwiye. We n’urugo rwiwe baja kuba mu gihugu c’Abafilisitiya+, bamarayo imyaka indwi.
2 Nuko uwo mugore akora nk’uko umuntu w’Imana y’ukuri yamubwiye. We n’urugo rwiwe baja kuba mu gihugu c’Abafilisitiya+, bamarayo imyaka indwi.