2 Abami 8:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Umwami yariko aravugana na Gehazi umusuku wa wa muntu w’Imana y’ukuri. Amubwira ati: «Ndagusavye unyiganire ibintu vyose bikomeye Elisha yakoze+.»
4 Umwami yariko aravugana na Gehazi umusuku wa wa muntu w’Imana y’ukuri. Amubwira ati: «Ndagusavye unyiganire ibintu vyose bikomeye Elisha yakoze+.»