2 Abami 8:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Umwami aca abwira Hazayeli+ ati: «Ja kuraba uwo muntu w’Imana y’ukuri+, umushire n’ingabire. Umusabe ambarize Yehova ko nzokira.»
8 Umwami aca abwira Hazayeli+ ati: «Ja kuraba uwo muntu w’Imana y’ukuri+, umushire n’ingabire. Umusabe ambarize Yehova ko nzokira.»