2 Abami 8:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Hazayeli aca avuga ati: «Ariko ga databuja, jewe imbwa y’imbwa, ikintu gikomeye nk’ico nogishobora?» Mugabo Elisha amwishura ati: «Yehova yanyeretse ko ugiye kuba umwami wa Siriya+.»
13 Hazayeli aca avuga ati: «Ariko ga databuja, jewe imbwa y’imbwa, ikintu gikomeye nk’ico nogishobora?» Mugabo Elisha amwishura ati: «Yehova yanyeretse ko ugiye kuba umwami wa Siriya+.»