2 Abami 8:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Yehoramu+ mwene Yehoshafati umwami w’Ubuyuda yatanguye kuganza mu mwaka ugira gatanu Yehoramu+ mwene Ahabu ari umwami wa Isirayeli. Yehoshafati na we yari akiri umwami w’Ubuyuda.
16 Yehoramu+ mwene Yehoshafati umwami w’Ubuyuda yatanguye kuganza mu mwaka ugira gatanu Yehoramu+ mwene Ahabu ari umwami wa Isirayeli. Yehoshafati na we yari akiri umwami w’Ubuyuda.