2 Abami 8:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Yehoramu aca ajabukana n’imikogote yiwe yose aja i Zayiri maze Abanyedomu baramukikuza we hamwe n’abakuru bajejwe imikogote. Mugabo ahengera mw’ijoro aravyuka, arabarwanya arabatsinda. Abasoda baca bahungira iwabo*.
21 Yehoramu aca ajabukana n’imikogote yiwe yose aja i Zayiri maze Abanyedomu baramukikuza we hamwe n’abakuru bajejwe imikogote. Mugabo ahengera mw’ijoro aravyuka, arabarwanya arabatsinda. Abasoda baca bahungira iwabo*.