2 Abami 8:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Yakurikiye akarorero kabi k’abo mu muryango wa Ahabu+. Yagumye akora ivyo Yehova abona ko ari bibi nk’abo mu muryango wa Ahabu, kuko se yari umukwe wabo+.
27 Yakurikiye akarorero kabi k’abo mu muryango wa Ahabu+. Yagumye akora ivyo Yehova abona ko ari bibi nk’abo mu muryango wa Ahabu, kuko se yari umukwe wabo+.