-
2 Abami 9:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Ahashitse, asanga abakuru b’ingabo ni ho bicaye. Aca avuga ati: «Hari ubutumwa ndagufitiye nyakwubahwa mukuru w’ingabo!» Yehu aca amubaza ati: «Uwuhe muri twebwe?» Na we ati: «Ni wewe nyakwubahwa mukuru w’ingabo.»
-