-
2 Abami 9:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Yehu asubiye hanze, ba bakuru b’ingabo z’umwami bamubaza bati: «Ni amahoro? Uwo musazi yakuronderera iki?» Abishura ati: «Abantu mwene abo ntimubazi? Mwibagiye ivyo bavuga?»
-