2 Abami 9:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ubwo nyene umwe wese aca afata impuzu yiwe ayisasa ku ngazi Yehu acako+. Baca bavuza inzamba bavuga bati: «Yehu abaye umwami+!»
13 Ubwo nyene umwe wese aca afata impuzu yiwe ayisasa ku ngazi Yehu acako+. Baca bavuza inzamba bavuga bati: «Yehu abaye umwami+!»