-
2 Abami 9:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Umwami arungika uwundi agendera kw’ifarasi, maze abashikiriye avuga ati: «Umwami avuze ati: “Mugenzwa n’amahoro?”» Mugabo Yehu amwishura ati: «Amahoro uyaronderako iki? Wewe nkurikira gusa.»
-