2 Abami 10:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ahabu+ yari afise abahungu 70 i Samariya. Yehu yandika rero amakete maze ayarungika i Samariya ku batware b’i Yezireli, ku bashingantahe+ no ku barezi barera abana ba Ahabu*. Ababwira ati:
10 Ahabu+ yari afise abahungu 70 i Samariya. Yehu yandika rero amakete maze ayarungika i Samariya ku batware b’i Yezireli, ku bashingantahe+ no ku barezi barera abana ba Ahabu*. Ababwira ati: