-
2 Abami 10:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Aca abandikira irindi kete ati: «Ko wumva munshigikiye kandi mukaba mushaka kungamburukira, ejo nk’aya mango muzoze i Yezireli munzaniye imitwe y’abahungu ba shobuja.»
Ba bahungu 70 b’umwami bari kumwe n’abarezi babo. Abo barezi bari abagabo b’abanyacubahiro bo mu gisagara.
-