2 Abami 10:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Yehu ahahurira na benewabo na Ahaziya+ umwami w’Ubuyuda. Ababaza ati: «Muri bande?» Baca bamwishura bati: «Turi benewabo na Ahaziya. Tugiye kuraba ko abahungu b’umwami n’abahungu b’umugabekazi* bivyura.»
13 Yehu ahahurira na benewabo na Ahaziya+ umwami w’Ubuyuda. Ababaza ati: «Muri bande?» Baca bamwishura bati: «Turi benewabo na Ahaziya. Tugiye kuraba ko abahungu b’umwami n’abahungu b’umugabekazi* bivyura.»