2 Abami 10:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Yehu na Yehonadabu+ mwene Rekabu baca binjira mu rusengero rwa Bayali. Abwira abasenga Bayali ati: «Nimusuzume neza, murabe ko ata wusenga Yehova n’umwe ari ng’aha, ko hari abasenga Bayali gusa.»
23 Yehu na Yehonadabu+ mwene Rekabu baca binjira mu rusengero rwa Bayali. Abwira abasenga Bayali ati: «Nimusuzume neza, murabe ko ata wusenga Yehova n’umwe ari ng’aha, ko hari abasenga Bayali gusa.»