2 Abami 10:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Hanyuma baja gutanga ibimazi n’amashikanwa aturirwa. Hanze Yehu yari yahashize abantu biwe 80, ababwira ati: «Aba bantu ndababahaye. Hakagira n’umwe abacika, ni mwe muca mwicwa mu kibanza ciwe*.»
24 Hanyuma baja gutanga ibimazi n’amashikanwa aturirwa. Hanze Yehu yari yahashize abantu biwe 80, ababwira ati: «Aba bantu ndababahaye. Hakagira n’umwe abacika, ni mwe muca mwicwa mu kibanza ciwe*.»