2 Abami 10:33 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Yahereye kuri Yorodani yerekeza mu buseruko, afata akarere kose ka Gileyadi kabamwo abo mu muryango wa Gadi, uwa Rubeni n’uwa Manase+. Ako karere kava i Aroweri iruhande y’umubande* wa Arunoni, kagashika i Gileyadi n’i Bashani+.
33 Yahereye kuri Yorodani yerekeza mu buseruko, afata akarere kose ka Gileyadi kabamwo abo mu muryango wa Gadi, uwa Rubeni n’uwa Manase+. Ako karere kava i Aroweri iruhande y’umubande* wa Arunoni, kagashika i Gileyadi n’i Bashani+.