2 Abami 11:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Nuko Ataliya+ nyina wa Ahaziya abonye ko umuhungu wiwe yapfuye+, aca ava hasi ahonya abo mu nda y’ingoma bose*+.
11 Nuko Ataliya+ nyina wa Ahaziya abonye ko umuhungu wiwe yapfuye+, aca ava hasi ahonya abo mu nda y’ingoma bose*+.