2 Abami 11:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Maze abategeka ati: «Uku ni ko muzokora: ingabo zizoba zakoze kw’isabato zizoba ziri mu migwi itatu. Umugwi wa mbere uzocungera cane inzu* y’umwami+.
5 Maze abategeka ati: «Uku ni ko muzokora: ingabo zizoba zakoze kw’isabato zizoba ziri mu migwi itatu. Umugwi wa mbere uzocungera cane inzu* y’umwami+.