2 Abami 11:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Umugwi ugira kabiri uzoba uri kw’irembo ry’umushinge, uwa gatatu na wo kw’irembo riri inyuma y’aho abarinzi bo ku kirimba bahagarara. Muzoza murakurakuranwa mu kurinda iyo nzu*.
6 Umugwi ugira kabiri uzoba uri kw’irembo ry’umushinge, uwa gatatu na wo kw’irembo riri inyuma y’aho abarinzi bo ku kirimba bahagarara. Muzoza murakurakuranwa mu kurinda iyo nzu*.