2 Abami 11:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ba bakuru b’abasoda 100+ bakora nk’uko nyene umuherezi Yehoyada abategetse. Nuko umwe wese muri bo aja ku muherezi Yehoyada+ ari kumwe n’abo atwara, ni ukuvuga abakoze kw’isabato n’abatakoze.
9 Ba bakuru b’abasoda 100+ bakora nk’uko nyene umuherezi Yehoyada abategetse. Nuko umwe wese muri bo aja ku muherezi Yehoyada+ ari kumwe n’abo atwara, ni ukuvuga abakoze kw’isabato n’abatakoze.