2 Abami 11:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yehoyada aca asohokana umuhungu w’umwami+, amwambika urugori ku mutwe, ashirako n’umuzingo urimwo amabwirizwa y’Imana*+. Nuko baramwimika aba umwami, bamurobanuza amavuta*. Baca bakoma amashi bavuga bati: «Umwami nahangame+!»
12 Yehoyada aca asohokana umuhungu w’umwami+, amwambika urugori ku mutwe, ashirako n’umuzingo urimwo amabwirizwa y’Imana*+. Nuko baramwimika aba umwami, bamurobanuza amavuta*. Baca bakoma amashi bavuga bati: «Umwami nahangame+!»