2 Abami 12:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Umwami Yehowasi aca ahamagara umuherezi Yehoyada+ n’abandi baherezi, ababwira ati: «Kubera iki mutariko murasanasana iyo nzu? Ubu rero, ntimuzosubire kwakira amahera abantu batanga nimba mutayakoresha mu gusanasana iyo nzu+.»
7 Umwami Yehowasi aca ahamagara umuherezi Yehoyada+ n’abandi baherezi, ababwira ati: «Kubera iki mutariko murasanasana iyo nzu? Ubu rero, ntimuzosubire kwakira amahera abantu batanga nimba mutayakoresha mu gusanasana iyo nzu+.»