2 Abami 12:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Bamaze guharura ayo mahera, baca bayaha abatowe ngo bahagarikire ibikorwa vyariko bikorerwa ku nzu ya Yehova. Abo bahagarikiye ibikorwa baca bayahemba ababaji n’abubatsi bariko barakorera ku nzu ya Yehova+,
11 Bamaze guharura ayo mahera, baca bayaha abatowe ngo bahagarikire ibikorwa vyariko bikorerwa ku nzu ya Yehova. Abo bahagarikiye ibikorwa baca bayahemba ababaji n’abubatsi bariko barakorera ku nzu ya Yehova+,