2 Abami 12:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Amahera y’amashikanwa yo kwagirwa n’icaha+ n’ay’amashikanwa y’igicumuro ntiyajanwa mu nzu ya Yehova. Yegukira abaherezi+.
16 Amahera y’amashikanwa yo kwagirwa n’icaha+ n’ay’amashikanwa y’igicumuro ntiyajanwa mu nzu ya Yehova. Yegukira abaherezi+.