2 Abami 12:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ico gihe ni ho Hazayeli+ umwami wa Siriya yaja gutera igisagara ca Gati+, aragifata. Hanyuma aca afata ingingo yo gutera Yeruzalemu*+.
17 Ico gihe ni ho Hazayeli+ umwami wa Siriya yaja gutera igisagara ca Gati+, aragifata. Hanyuma aca afata ingingo yo gutera Yeruzalemu*+.