-
2 Abami 12:18Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
18 Yehowasi umwami w’Ubuyuda aca atora ibintu* vyeranda vyose ba sekuruza biwe bari bareguriye Imana*, abirungikira Hazayeli umwami wa Siriya. Abo ba sekuruza ni Yehoshafati, Yehoramu na Ahaziya, bahoze ari abami b’Ubuyuda. Atora n’ibintu vyeranda yari yaratanze be n’inzahabu zose zari mu bubiko bw’itunga ry’inzu ya Yehova n’ubw’inzu* y’umwami arabimurungikira+, abona kuva i Yeruzalemu.
-