2 Abami 12:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Abantu biwe bamwishe ni Yozakari mwene Shimeyati na Yehozabadi mwene Shomeri+. Yaciye ahambwa hamwe na ba sekuruza mu gisagara ca Dawidi, maze umuhungu wiwe Amaziya atangura kuganza mu kibanza ciwe+.
21 Abantu biwe bamwishe ni Yozakari mwene Shimeyati na Yehozabadi mwene Shomeri+. Yaciye ahambwa hamwe na ba sekuruza mu gisagara ca Dawidi, maze umuhungu wiwe Amaziya atangura kuganza mu kibanza ciwe+.