-
2 Abami 13:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Nayo ibisigaye ku vyerekeye Yehowahazi, ni ukuvuga ivyo yakoze vyose n’ububasha yerekanye, vyanditswe mu gitabu kivuga ivyabaye mu gihe c’abami ba Isirayeli.
-