2 Abami 14:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Amaziya yari afise imyaka 25 igihe yatangura kuganza maze amara imyaka 29 aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Yehowadini, akaba yava i Yeruzalemu+.
2 Amaziya yari afise imyaka 25 igihe yatangura kuganza maze amara imyaka 29 aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Yehowadini, akaba yava i Yeruzalemu+.