-
2 Abami 14:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Yehowasi umwami wa Isirayeli aca atuma kwishura Amaziya umwami w’Ubuyuda ati: «Icatsi c’amahwa c’i Libani carungikiye isederi ry’i Libani ubutumwa bugira buti: “Mpa umukobwa wawe abe umugore w’umuhungu wanje.” Ariko igikoko co mw’ishamba ry’i Libani kirarengana, gikandagira ico catsi c’amahwa.
-