2 Abami 15:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Nayo ibisigaye ku vyerekeye Azariya+, ni ukuvuga ivyo yakoze vyose, vyanditswe mu gitabu kivuga ivyabaye mu gihe c’abami b’Ubuyuda.
6 Nayo ibisigaye ku vyerekeye Azariya+, ni ukuvuga ivyo yakoze vyose, vyanditswe mu gitabu kivuga ivyabaye mu gihe c’abami b’Ubuyuda.