2 Abami 15:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Maze Azariya arapfa+ bamuhamba hamwe na ba sekuruza mu gisagara ca Dawidi. Umuhungu wiwe Yotamu aca atangura kuganza mu kibanza ciwe.
7 Maze Azariya arapfa+ bamuhamba hamwe na ba sekuruza mu gisagara ca Dawidi. Umuhungu wiwe Yotamu aca atangura kuganza mu kibanza ciwe.