2 Abami 15:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mu mwaka ugira 38 Azariya+ umwami w’Ubuyuda aganza, ni ho Zakariya+ mwene Yerobowamu yaba umwami wa Isirayeli i Samariya. Yamaze amezi atandatu aganza.
8 Mu mwaka ugira 38 Azariya+ umwami w’Ubuyuda aganza, ni ho Zakariya+ mwene Yerobowamu yaba umwami wa Isirayeli i Samariya. Yamaze amezi atandatu aganza.