2 Abami 15:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Ivyo Yehova yabwiye Yehu vyari birangutse. Yari yamubwiye ati: «Abagukomokako bazokurakuranwa ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli gushika ku ruvyaro rugira kane*+.» Ukwo nyene ni ko vyagenze.
12 Ivyo Yehova yabwiye Yehu vyari birangutse. Yari yamubwiye ati: «Abagukomokako bazokurakuranwa ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli gushika ku ruvyaro rugira kane*+.» Ukwo nyene ni ko vyagenze.