2 Abami 15:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Shalumu mwene Yabeshi yabaye umwami mu mwaka ugira 39 Uziya+ umwami w’Ubuyuda aganza, aca amara ukwezi kumwe aganza i Samariya.
13 Shalumu mwene Yabeshi yabaye umwami mu mwaka ugira 39 Uziya+ umwami w’Ubuyuda aganza, aca amara ukwezi kumwe aganza i Samariya.