2 Abami 15:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Maze Menahemu mwene Gadi ava i Tiruza+ aduga i Samariya, ahicira Shalumu+ mwene Yabeshi. Aca atangura kuganza mu kibanza ciwe.
14 Maze Menahemu mwene Gadi ava i Tiruza+ aduga i Samariya, ahicira Shalumu+ mwene Yabeshi. Aca atangura kuganza mu kibanza ciwe.