2 Abami 15:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Igihe Menahemu yava i Tiruza, yaciye aja i Tifusa arahatikiza. Yica abahaba bose n’ababa mu karere kahakikuje. Yabikoze kubera ko abaho banse kumwugururira amarembo y’igisagara. Yarahatikije, apasura inda z’abagore* bibungenze babayo.
16 Igihe Menahemu yava i Tiruza, yaciye aja i Tifusa arahatikiza. Yica abahaba bose n’ababa mu karere kahakikuje. Yabikoze kubera ko abaho banse kumwugururira amarembo y’igisagara. Yarahatikije, apasura inda z’abagore* bibungenze babayo.