25 Peka+ mwene Remaliya, yari igisongerezi ciwe. Nuko Peka ategura umugambi wo kugirira nabi Pekahiya maze amwicira i Samariya mu munara ukomeye wo ku kirimba hamwe na Arugobu na Ariye. Peka yari kumwe n’abagabo 50 b’i Gileyadi. Amaze kumwica aca atangura kuganza mu kibanza ciwe.