2 Abami 15:30 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 30 Mu nyuma Hosheya+ mwene Ela ategura umugambi wo kugirira nabi Peka mwene Remaliya, araheza aramwica. Nuko atangura kuganza mu kibanza ciwe mu mwaka ugira 20 Yotamu+ mwene Uziya ari umwami.
30 Mu nyuma Hosheya+ mwene Ela ategura umugambi wo kugirira nabi Peka mwene Remaliya, araheza aramwica. Nuko atangura kuganza mu kibanza ciwe mu mwaka ugira 20 Yotamu+ mwene Uziya ari umwami.