2 Abami 16:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Rezini umwami wa Siriya araheza asubiza Abanyedomu igisagara ca Elati+, hanyuma yomora Abayuda babayo. Maze Abanyedomu bagaruka kuba i Elati, kandi baracabayo gushika n’uyu musi.
6 Rezini umwami wa Siriya araheza asubiza Abanyedomu igisagara ca Elati+, hanyuma yomora Abayuda babayo. Maze Abanyedomu bagaruka kuba i Elati, kandi baracabayo gushika n’uyu musi.