2 Abami 16:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ahazi aca arungika abaja kubwira Tigulati-Pileseri+ umwami wa Ashuri bati: «Ndi umusuku wawe, nkaba n’umuhungu wawe*. Ingo unkize umwami wa Siriya n’uwa Isirayeli baje kuntera.»
7 Ahazi aca arungika abaja kubwira Tigulati-Pileseri+ umwami wa Ashuri bati: «Ndi umusuku wawe, nkaba n’umuhungu wawe*. Ingo unkize umwami wa Siriya n’uwa Isirayeli baje kuntera.»