-
2 Abami 16:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Agitangirako n’amashikanwa aturirwa n’amashikanwa y’intete, afumba umwotsi. Agisukako n’amashikanwa y’ibinyobwa, akimijagirako n’amaraso y’ibimazi vyiwe vyo gusangira.
-