-
1 Ngoma 1:50Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
50 Bayali-Hanani amaze gupfa, Hadadi yaciye atwara mu kibanza ciwe. Igisagara ciwe citwa Pawu, umugore wiwe na we akitwa Mehetabeli. Mehetabeli yari umukobwa wa Matiredi, Matiredi na we akaba umukobwa wa Mezahabu.
-