1 Ngoma 2:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Abahungu ba Yuda bari Ere, Onani na Shela. Abo batatu yabavyaranye n’Umunyakananikazi avuka kuri Shuwa+. Mugabo Ere imfura ya Yuda yakora ibintu bibabaza Yehova, aca aramwica+.
3 Abahungu ba Yuda bari Ere, Onani na Shela. Abo batatu yabavyaranye n’Umunyakananikazi avuka kuri Shuwa+. Mugabo Ere imfura ya Yuda yakora ibintu bibabaza Yehova, aca aramwica+.