1 Ngoma 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Umuhungu* wa Karumi yari Akari*. Yakwegeye ivyago* Abisirayeli+ kuko yahemutse akarenga kw’itegeko Imana yari yabahaye ku bijanye n’ibintu vyabwirizwa gutikizwa+.
7 Umuhungu* wa Karumi yari Akari*. Yakwegeye ivyago* Abisirayeli+ kuko yahemutse akarenga kw’itegeko Imana yari yabahaye ku bijanye n’ibintu vyabwirizwa gutikizwa+.