1 Ngoma 2:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Mu nyuma Hesironi yabira umukobwa wa Makiri+ se wa Gileyadi+, araheza aryamana na we amuvyarira Segubu. Hesironi yari afise imyaka 60 igihe yamutwara.
21 Mu nyuma Hesironi yabira umukobwa wa Makiri+ se wa Gileyadi+, araheza aryamana na we amuvyarira Segubu. Hesironi yari afise imyaka 60 igihe yamutwara.