-
1 Ngoma 2:34Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
34 Sheshani nta bahungu yari afise, yavyaye abakobwa gusa. Sheshani yari afise umusuku w’Umunyamisiri yitwa Yaruha.