1 Ngoma 2:49 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 Mu nyuma avyara Shafu se wa Madumana+, na Sheva se wa Makibena na Gibeya+. Umukobwa wa Kalebu+ yitwa Akisa+.
49 Mu nyuma avyara Shafu se wa Madumana+, na Sheva se wa Makibena na Gibeya+. Umukobwa wa Kalebu+ yitwa Akisa+.